Abanyagatolika barimo kwizihiza isabukuru y'imyaka 12 Papa Francis amaze atowe nk'umushumba wa Kiliziya Gatolika ku isi bamusabira ngo akire. Francis, watowe ku itariki ya 13 Werurwe (3) mu mwaka wa ...
Papa Francis avuga ko uwahoze ari Papa Benoit XVI (Benedict XVI) arwaye cane, aca asaba abari mu rugendo rweranda i Vaticano kumusabira. Benoit XVI w’imyaka 95, yabaye indongozi ya mbere ya Ekleziya ...